Anastacia

Kuva Wikipedia
Anastacia bei stars@ndr2 in Vechta (2)
Anastacia, Women's World Awards 2009 d

Anastacia ni Umuririmvyi yamuka muri Leta zunze Ubumwe za Amerika. Akaba aririmba nk'uwabigize umwuga. Amazina yiwe yose ni Anastacia Lyn Newkirk, yavutse itariki 17 Nyakanga, 1968 mu Gisagara ca Chicago. Akaba aririmba indirindo za pop, soul na rock.