Bubanza

Kuva Wikipedia

Bubanza ni intara imwe mu ntara 18 zigize igihugu c'uburundi. Bubanza kandi ni igisagara muri iyo ntara nyene, mu Burundi. Intara ya Bubanza itumbereye mu burengero bw'Igihugu ikaba ihana imbibe N'intara za Kayanza, Cibitoke, Bujumbura na Muramvya n'igica ca Republika iharanira intwaro Rusangi ya Kongo (RDC).

Burundi - Bubanza