Guhahamuka

Kuva Wikipedia
Aversives in ABA 1

Guhahamuka (PTSD). Ivyo bishobora gushika igihe umuntu yagize ubwoba cane canke yahuye n’ingorane zimutera ubwoba cane, nko gukubitwa, guhwana n’isanganya ry’icaduka, guterwa n’abasuma canke indwano za gisirikare. Abantu bahahamutse baguma bibuka ivyabaye, bakarara bararota ibiteye ubwoba, canke bigatuma bahwana n’ibisubira kubahahamura. Bashobora kwadukana ishavu canke bakiyotsa rwose ibibi boba barakoze, ubwoba, n’ibindi. Ukwo guhahamuka (PTSD) kurashobora kubera intambamyi ubuzima bw’umuntu bwa minsi yose. Guhahamuka birababaza cane kuko bituma uwahahamutse imiryango imikumira aho kumwegera ngo bamufashe.

Mental Illness Icon 2