Muramvya

Kuva Wikipedia
Batwa women in Muramvya

Muramvya ni igisagara kimwe mubisagara bigize igihugu [[Uburundi|c'Uburundi, Muramvya kandi ni intara Umwe muntara icumi n'umunani zigize igihugu ciza c'Uburundi. Kikaba kiri mugihugu hagati, ndetse muramvya yarabaye umugwa mukuru wa CAMI kungoma y'Abami.