Ikiyago c'uwukoresha:Stephano2

Page contents not supported in other languages.
Kuva Wikipedia

Ikibazo c'ubwenegihugu muri Amerika =


        Iyibutsa Ry'Ikibazo co Kuronka Ubwenegihugu muri Leta Zunze Ubumwe bwa Amerika





Ibi bibazo vyateguwe na Stephano E. Nsengiyumva abisiguye abivanye mu rurimi rw'icongereza kugira ngo bishobore gufasha abrundi bari mu karere ka Leta Zunze ubumwe bwa Amerika, gutahura neza ibibazo bikunze kubazwa mu kibaazo co kuronka ubwenegihugu muri kino gihugu c'ubuhungiro.

Birashika umuntu hakaba aho yihenze...kugira ngo dukorane m'urutonde, har'ikosa wokosora, rungika i mesaje okoresheje uburyo bwa none ngurukirakure kur'iyi aderese ikurikira 816etienne@gmail.com


Fyonda aha Ibibazo N'inyishu