Wikipedia:Username policy

Kuva Wikipedia

Abahutu canke abatusti si ubwoko nkuko ubu benshi bibaza. Kuva kera yari izina rykibanza kijanye nubutunzi umuntu afise mu gihugu. abahutu bari kera umugwi wabari bakenye hanyuma uwumaze kwisununura akatunga yashobora kugira umusi mukuru wokuva muri uyo mugwi aja muwundi wabari batunze kumuruta. uyo muhango bawita kwihutura akaheza akaba umutusti. abahutu nabatusti bavuga ururi rumwe, bafise imico imwe, basenga imana imwe ntanakimwe kijanye ninsiguro yitandukaniro yubwoko iri hagati yiyo migwi ibiri.