Akamoto kabi komukanwa
Akamoto kabi komukanwa
akamoto kadahumuriza ko mugitondo, kaboneka iyo mwijoro ryaheze twafunguye inrya zitetswe canke zigumye(ziha akazi kanini digestion). mu gifarança ni phenomene yitwa "halitose".[1]
kuberiki halitose (akamoto kabi mukanwa) kaza nyuma yuko wafunguye indya zigumye, zitetse cank zihinguwe?[2]
1. amate aragabanuka guhingurwa igihe turyamye
- iyo turyamye, amate yarigufasha gukura ubucafu mukanwa , canke agakurayo uducafu(microbe, virus...), ntaba ariko arahingurwa. [3]
- rero ayo mate adahari, izo bacterie nama virus biraguma mukanwa hama bikora odeur ihungabanya. [4]
2. kurara ufunguy ibntu vyishi
- kurya inrya zigumye, zitetse canke bikaranze(haba harimwo ibinure), mwijoro digestion iba yitonda gose kuko umubiri uba uruhutse. izo ndya rero zica ziguma munda zigaca zituma ugira uducafu twishi tuzakuvamwo akamoto kabi ko mugitondo.[5]
- ama gaze hamwe na acide iri muri estomac uryamye ningoga uhejeje kurya, irashobora kuduga igatuma unuka mukanwa uvyutse nahone(niyo mpamvu atari vyiza kurya utevye ugira uryame)[6]
ibi nivyo bita 《ibirungurira》, biba kubera twafunguye catwitwara ukutabereye(ibi tuzovyagura neza mukindi kiyago) birateza navyone akamoto kabi mugitondo.[7]
Twovyirinda gute :
- Ntugafungure utevye gose(fungura 2h cnk 3h imbere yuko uryama. uje kuryama munda hatuzuye)[8]
- kwirinda kurya ibntu birimwo amavuta meshi, ama sukari(isukari niyo iguma mukanwa hama ikagaburira twaducafu duteza akamoto kabi)[9]
-kwirinda ibntu nkinyama, amata, ugira utyame. biramara umwanya munini muri digestion kubera ibinure (sursaturé) birimwo.[10]
- kwiborosa amenyo neza hamwe nururimii mbere yuko uryama.[11]
- kunwa amazi imbere yuko uryama( ariko aha kugira wirinde vas et viens woyanwa nka 2h avant yuko uryama).[12]
Akamoto kabi ko mukanwa sibijanye gusa nuko utiborosheje ahubwo ni 80% kuvyerekeye imirire(digestion yivyo twariye) hamwe nindya duhitamwo kurya. [13]
NKAKARORERO, waruzi ko ushobora kumara umusi wose utibrosheje ariko mukanwa ukaguma uhema akamoto keza?[14]
Wokwibaza ngo biba vyavuye kuki?_ biva kuri salade uba wafunguye(arivyo twama duhimiriza ngaha) irimwo ama legumes atandukanye.[15]
- ↑ AKAMOTO KABI KOMUKANWA
- ↑ akamoto kabi komukanwa
- ↑ akamoto kabi ko komukanwa
- ↑ akamoto kabi ko mukanwa
- ↑ akamoto kabi komukanwa
- ↑ akamoto kabi komukanwa
- ↑ akamoto kabi ko mukanwa
- ↑ akamoto kabi ko mukanwa
- ↑ Akamoto kabi ko mukanwa
- ↑ akamoto kabi ko mukanwa
- ↑ akamoto kabi ko mukanwa
- ↑ akamoto kabi komukanwa
- ↑ Akamoto kabi ko mukanwa
- ↑ akamoto kabi ko mukanwa
- ↑ akamoto kabi ko mukanwa