Jump to content

Esipanye

Kuva Wikipedia
Ibendera ya Esipanye
Esipanye

Ingoma ya Esupanye ni igihugu kimwe mubihugu biri kumugabane w'Uburaya.

  • Abanyagihugu: imiliyoni mirongo ine na zitandatu n'ibihumbi amajana icenda na mirongo itatu na bine n'amajana atandatu na mirongo itatu na babiri (46.934.632hab) mumwaka w'ibihumbi bibiri na cumi n'icenda (2019)
  • Uburinganire: Ibirometero kwadarato ibihumbi amajana atanu na bitanu n'amajana icenda na cumi na kimwe (505.911km²)
  • Ukurundana: Abantu mirongo icenda na batatu (93 personnes/km² ) ku kirometero kwadarato
  • Umwami: Felipe VI
    Blick vom Palau Nacional Barcelona 2013