Gupunguza ibiro vy'umubiri
Gupunguza ibiro
Gufungura keshi , buri musi ibibogaboga bifise akamaro kanini mukugabanuka. [1]
Muvyigwa vyakozwe canke ubushakashatsi bwishi bwabaye bwerekana ko abantu bafungura gose ama ibibogaboga bagira taille ijanya na BMI (IMC) yabo ibiro bikwiye nuburebure bwawe , imyaka, Uguma ufise taille iri kurugero kandi idahinduka . Iki car icambere gikomeye[2]
IMC N'IKI
_ Ni igipimo cerekana ko ufise ibiro birengeye umubiri wawe canke ko ufuse ibiro bike. Ni igipimo gikunzwe gukoresha mukumenya ko ibiri vyawe bijanaye nuruhagararo ufise[3]
Kirinda kurya ibigutera ibinure bivyibusha, Mbe hoho waruzi ko atari ibinure vyose bivyibusha, canke vyonona, ego,sivyose[4]
Ibinure biva mubikoko nk'amata, inyama, amavuta y'inka, inyama, harimwo ubumara butera umuvyibuho[5]
ubuvyibuhe.
Nkikinure citwa palmitate, dusanga munyama, kiratuma haba ubuvyibuhe. Saho gusa, kuko nomurarya mafiriti, muri birya bintu dukarangisha amacoto, amamesa, harimwo ibinure bitari vyiza, Ariko, ibinure biva mubimera, nk'amavoka, ivyema, erayo bigira akamaro mumubiri kuko vyovyo ntibiteza ubuvyibuhe ahubwo birirukana ibinure bibi, akarorero Oleatite. Tuyisanga mwivocat, huile d olive, muvyema, ibimera, gufungura keshi ivyamwa, biraafasha mukugumiza neza ibiro kw'rinde ibintu vyibisukari bikoregwa muma hinguriro ubije kure gose, kunwa amazi meshi, canecane ashushe mugitondo, Kugira cardio imyimenyerezo ngorora mubiri usohore imicafu nisukari biri mumamaraso bikavayo: nkogutambuka kaburi musi, kwiruka ,bifasha muguturira ibinure ,kuryama hagati yamasaha 7 canke 8[6]