Igihimba c'irondoka ca Baleine
Appearance
Igihimba c'irondoka ca Baleine y'ubururu yingabo, nikininiya cane kuburyo gisumba uburebure umuntu asanzwe Igihimba c'irondoka ubwaco gipima hagati y'imetero 2.4 na 3 2.4 à 3 m Munsi yaco, testicule imwe muri 2 ishobora gupima hagati yibiro 45 na 70 Iyo hageze gusohora intanga naho gisohora hafi amaritiro 20 Ico gihimba gisanzwe kitaboneka mugihe ico gikoko kiba kidashaka imibonano na Baleine zingore Hageze igihe cogukora iyo imibonano, ico gihimba kirikura aho gisanzwe kinyegeye hama kikaboneka Hari abaca bibaza uko baleine zingore zivyitwaramwo narirya ico gihimba ari amahero.[1]
- ↑ igihimba c'irondoka ca Baleine y'ubururu yingabo