Ikigega
Appearance
Ikigega ni ubushinguro bwa kera, imbere y'uko mu Burundi hari ama stocks arivyo bita ibigega. Ivyo rero vyafasha gushingura umwimbu baba baronse. Ikigega rero bacubaka hafi y'inzu ariko atari mu nzu kuko mu nzu babikayo imbuto.[1]