Jump to content

Ikiyago:19th

Page contents not supported in other languages.
Add topic
Kuva Wikipedia
Latest comment: 9 months ago by Ferdinand IF99 in topic Guhinyanyura Izina ryurupapuro

Guhinyanyura Izina ryurupapuro

[hinyanyura inkomoko]

Amahoro neza @Steve Uwimana, nizere ko umeze neza.

warakoze caane guterera mukwandika ururupapuro rwa Florian Iteka batazira 19th, ariko kubwanje umenga kwandika urupapuro ukoresheje izina ryiwe hanyuma ugashirako mutuzitizo itazirano umenga niho vyoba vyiza gusumvya. murakoze Ferdinand IF99 (ikiyago) 10:43, 21 Ndamukiza 2025 (UTC)Reply

Amahoro Cane @Ferdinand IF99 icambere nari nipfuje kubashimira
Mushatse kuvuga nandike amazina abavyeyi bamwise Hama izina ry'umwuga nkarishira mu tuzitizo mwontahuza? Steve Uwimana (ikiyago) 11:02, 21 Ndamukiza 2025 (UTC)Reply
Mukwandika ama Article ngaha kuri wikipedia, ari abantu bafise amazina yabo namatazirano, ni vyiza gutangura izina abavyeyi bamuhaye, hama ugashira alias mutuzitizo Ferdinand IF99 (ikiyago) 19:33, 21 Ndamukiza 2025 (UTC)Reply