Jump to content

Intara ya Bujumbura yagutse

Kuva Wikipedia

Inyuma y'amatora yo 2018 y'ibwirizwa nshingiro haragiyeho intara nshasha hisunzwe indinganizo nshasha ifatiye kuberere no kwiterambere ryabwo icogihe inama shingamateka yaratoye yongera iremeza ko intara 5 arizo zigiye kurangwa mugihugu cose Intara ya Bujumbura nimwe murizo 5, iyintara ya bujumbura ikaba igizwe nama komine 11 ikagira amazone 95 hamwe n'imitumba yarusansuma 536 iyintara iherereye muburengero bwigihugu c'uburundi.mubuseruko ihana urubibe nintara ya Gitega mubuseruko bushira ubumanuno ihana urubibe nintara ya burunga muburaruko ihana urubibe nigihugu c'Urwanda muburengoro naho ihana urubibe nigihugu ca repubilika iharanira intaro rusangi ya kongo.iyintara ya bujumbura beshi bita bujumbura yagutse igizwe nintara 6 zakera arizo :intara ya cibitoke intara ya bubanza intara ya muravya intara ya bujumbura igisagara cabujumbura hamwe nintara ya rumonge zose zahose mundinganizo yakera Iyintara n'intara irimwo ibibanza vyiratiro bitari bike nkamashuha yokuruhwa ikingo ndanga karanga c'ibujumbura ,ikiyaga ca tanganyika ,umusozi muremure mugihugu cose heha eka naho bitwa kwibuye rya living ston. Intara ya Bujumbura niyontara irimwo abantu beshi ugereranije nizindi ntara. Intara ya bujumbura irangwamwo n'ifi ziryoshe nkumu "keke" hamwe n"indagara" biva mukiyaga ca tanganyika.

AMAKOMINE:

Bubanza

Bukinanyana Cibitoke

Isare

Mpanda

Mugere

Mugina

Muhuta

Mukaza

Ntahangwa

gwibaga

Amazone:

Bubanza

Buvyuko

Kivyuka

Mitakataka

Muramba

Musigati

Muyibe

Ntamba

Buganda

Buhayira

Bumba

Buzirasazi

Gahubura

Masango

Ndava

Ndora

Rusendo

Buhindo

Cibitoke

Kiramira

Murwi

Ngoma

Rugombo

Rukana

Kibuye

Kirama

Mageyo

Matyazo

Mubimbi

Rusembi

Ryarusera

Buringa

Butanko

Higanga

Mpanda

Mudubugu

Musenyi

Muzinda

Ruce

Rugazi

Buhanda

Gonvyi

Kabezi

Kanyosha

Kinindo

Kiyenzi

Mubone

Musaga

Ramba

Ruyaga

Ruziba