Jump to content

Inyabarega

Kuva Wikipedia

inyabarega nahantu basuka umwavu canke ikintu cose haba infungugwa sasigaye ,ibishishwa vyavuye kumwimbati canke ibitoke, ivyatsi, kugira bikunde haboneke intabire canke ifumbire bazokoresha hageze gufumbira ibitegwa nimirirma bikunde bimbure neza. Aho hantu kenshi kiba ari ikinogo canke ishimu bagaheza bagasukaya ivyatsi canke ibindi bisigazwa vy'ibifungurwa , nacane cane ibishishwa vy' ibintu bibora muntumbero yo gukora isuku no kurondera umwavu wo gutabiza ibiterwa kugira harwizwe umwimbu muburimyi, ivyo bikaba bifasha mukwirinda gukoresha ivmyavu y'ikizungu kuko ititura isi ndimwa.

Aba jejwe uburumyi n'ubworozi bahimiriza ko ata mwene gihugu yobaho adafise nyabarega