Jump to content

Inzu ya Bonaparte

Kuva Wikipedia
Icumba Napoléon Bonaparte yavukiyemwo mu 1769

Inzu y’umuryango wa Bonaparte ni inzu y’abakurambere b’umuryango wa Bonaparte, iri ku nzira Rue Saint-Charles i Ajaccio, ku zinga rya Corse mu Bufaransa. Umuryango wa Bonaparte yayituyemwo kuva mu 1682 kugeza mu 1923.