Isahani

Kuva Wikipedia

Isahani ni igikoresho bafungurirako. Isahani kandi irakoreshwa mu gikoni mugihe co gukinjika, igafasha mukuyishirako ibifungurwa bariko barakinjika imbere y'uko babifungura.

Isahani iriko ibifungurwa.