Jump to content

Komine kabezi

Kuva Wikipedia

komine kabezi, nimwe mumakomine agize intara ya Bujumbura beshi bita Bujumbura rural, mubuseruko ihana urubibe na komine ya mutambu mubumanuko ihana urubibe na komine ya muhuta ,muburengero ihana urubibe nigihugu ca democarasi ya kongo, ariko nikiyaga ca tanganika kigabura ico gihugu ca congo hamwe n'uburundi, muburaruko ihana urubibe na zone ya ruziba isanzwe yamuka muriyokomine ya kabezi, ariko ikaba yaje kwomekwa bivuye kuntambara yari mugihugu hagati, kuri komine ya muha yahoze yitwa kanyosha, [1]

  1. komine kabezi