Komine muha
komine muha ni komine imwe mumakomine agize igisagara ca bujumbura, iyo komine iherereye mubumanuko bwigisagara cabujumbura, ikaba ihana urubibe namakomine akurikira; mubuseruko ni komine ya kanyosha isanzwe iherereye muntara ya bujumbura bakunze kwita bujumura rural, mubumanuko komine ya kabezi isanzwe isangiye intara nakomine ya kanyosha, muburengero hari igihugu ca congo iraharanira demokarasi bikaba bigabugwa nikiyaga ca tanganyika, mubu rararuko naho hatumbereye komine ya mukaza nayo isanzwe iri hagati mugisagara ca bunjumbura canke bujumbura mairie, komine muha igizwe namazone akurikira; zone ruziba iri mugice cubumanuko, zone kinindo iri muburengero bushira uburaruko, namwe na zone ya musaga tutibagiwe zone kanyosha isanzwe iherereye ahari icicaro gikuru ciyo comone.[1]
- ↑ komine muha