Jump to content

Kuber'iki umugore yitwa umutambukanyi wumugabo

Kuva Wikipedia

Ahohambere haheze abakurambere baribazi kuraba kandi bakagendereza ushobora kwibaza impavu bahisemwo irijambo umutambukanyi ijambo rihamagahwa none nikuki Umugore yitwa umutambukanyi w'umugabo[1]

Ushobora kuba ubikoresha canke uvyumva bivugwa utazi iyo vyazanye ,fata agatebe usome utahure, Umugore ni umutambukanyi wumugabo wiwe.Ubwa mbere na mbere ijambo umutambukanyi  bivuye murivuga gutambuka.[2]

Umugore mu kuvyuka avyutse ambwirizwa  gutambuka umugabo .[3]

Muti kubera iki; Umugore  aramutanga  Umugabo kuvyuka  nimba arutwo amutegurira akabikora canke nimba arakantu akora agacagaruka nawe akaryama . Igikuru nuko aba yamutambutse . Umugore rero yitwa umutambukanyi kuko umugabo ntahobica ngo atambuke umugore kuko umugabo arara ku rwururukirizo bw'igitanda umugore nawe kuruhome. Basokuru na basokuruza bacu bubahwe kandi bazokwama bubashwe ;kuko mu vyo bavuga canke bakora ntaciyadukiza akantu kose kabwirizwa kuba gafise imvo .Muri make ntibahurunduka muvyo bavuga canke bakora.[4]

  1. umutambukanyi
  2. umutambukanyi
  3. umutambukanyi
  4. umutambukanyi