Jump to content

Main page

Kuva Wikipedia

Inkuru ya Livingstone na Stanley mu Burundi.

LIVINGSTONE ET STANLEY

Inkuru ya Livingstone na Stanley mu Burundi ni inkuru y'ubutwari yaranzwe n'ubushakashatsi irimwo uruja n'uruza rw'amateka.[1]Ni imwe muzamenyekanye cane mu mateka y'ubushakashatsi bwa Afurika ,ikagira uruhara mu nzira z'ivugabutumwa, ubucuruzi,n'ukwigarurira ibihugu( colonisation).

  1. LIVINGSTONE

Kumazina yiwe yose ni David Livingstone