Masango
Appearance
Masango ni umutumba umwe mumitumba igize ikomine n intara ya Muramvya , uwo mutumba ukaba ugizwe n'uducimbiri dukurikira
-Bihiroro, bugagari,busanga,bumba,gahahe, gihanga,ukaba ari umutumba mwiza cane ugizwe n'ivyiza bitandukanye,harimwo amashure Ahitwa mukarubabi kuri uwo mutumba nyene Niho Hari ivuriro ritoya bita CDS KARUBABi, Hari namashure meza cane bita KARUBABI Harvest school
Uwo mutumba vyukuri urashajije kuko hariho nayandi mashure yitwa lycee communal de masango