Misiri

Kuva Wikipedia
Jump to navigation Jump to search
Misiri

Misiri ni igihugu kiri muri Afurika. Misiri kikaba gihana imbibe n'ibihugu nka: Isarayeri, Libuya na Sudani.

  • Umurwa mukuru: Le Caire
  • Uburinganire: Ibirometero kwadarato 1.002.450
  • Abanyagihugu: 96.117.100 (2017).
    Egypt in 1935