Jump to content

Stylozoff

Kuva Wikipedia

Stylozoff yamenyekanye cane mu kwezi kwa kabiri 2024, aho yashizwe ahabona mu mashusho yerekana agakoti ka Lumitel, amaso mato, n’ijwi ridasanzwe rifise ikajwi ga gato, ibintu vyatumye aca amenywa n’abantu benshi. Yiyiita ko arongoye banyeshure ba kaminuza y’Uburundi, abavuga ngo “Umuserukizi w’aba Poils”.[1]

  1. Abanyeshure ba Kaminuza y'Uburundi

Igituma yaramenyekanye & n'umuziki

[hinyanyura inyandiko | hinyanyura inkomoko]
  • Mu mashusho yiwe ya mbere, yaravuze yuko abanyeshure ba kaminuza bahanzwe n'ubukene, ari bo ba “Poils”.
  • Iryo jambo ryatunguye benshi kandi ryakoroshejwe mu gushigikira ibibazo abanyeshure bari bafise, bimwe bita “vie de misère” mu gisagara ca Bujumbura .

Imiririmbire ndetse n’indirimbo

[hinyanyura inyandiko | hinyanyura inkomoko]
  • Afise indirimbo zitatu zamenyekanye cane kuva 2024, harimwo Ivyo Bito, yakoranye na 19th, umuririmvyi w’igihangange muri rap y’Uburundi.