Ubudagi


Ubudagi ni igihugu kimwe mubihugu vyinshi bigize umugabane wa buraya.
Berlin ni umurwa mukuru wiki gihugu.
Ubudagi kikaba arico gihugu cambere ca koronije uburundi guhera mu mwaka 1884-1885, aho ubudagi bwari buronse Uburundi, Urwanda hamwe na Tanganyika.
Uburinganire: ibirometero kwadarato 357.386
Abanyagihugu: 83.149.300 (2019)
Ukurundana: Abantu 233 ku kirometero kwadarato
Icitiro: Umudagi, umudagikazi.