Jump to content

Ukwezi kwa kigarama

Kuva Wikipedia

Ukwezi kwa kigarama kwamye guhezagiye kuva kera na rindi. Kuva nambere hakiganje abami gushika nubu, kigarama kwamye ari Ukwezi kw'umunezerero. Ijambo "kigarama" riva rivuga "kugarama " ni ukwiruhukira, ukwiha amahoro. Aha reeo abantu n'inka baba bateramye,bagaramye, uko kwezi nyene nikwo duhimbazanq umusi mukuru wa "Noël " aho twibuka ivuka ryumucunguzi yesu christo Kungoma yacami ukwezi kwakigarama niko kwabamo "UMUGANURO" kwari gusaba imana iranzwe n'a kiranga mwomenyako umuganuro waba ikiringo kingana yose icogihe abarundi baba bakoraniye hamwe bavuye mumihingi itandukanye ,bakoraniye ibwami bahimbawe biginana bongera basangira. Icogihe umwami yaca ahezagira imbuto narwo urukundo rukarama.