Jump to content

Umuhungu

Kuva Wikipedia

umuhungu n'umuntu wese afise igitsina gabo. Kuva na kera yari umwana afatwa nk' igikingi c'irembo gushika n'ubu mi mico imwe imwe y'abarundi. Dufatiye ku mico yaho yambere ,yarajana na se mu bikogwa vya misi yose( guhiga ,guca ibiti,kuroba...) Ivyo kwari kugira bamumenyereze kuzoba umushingantahe w'ibikogwa kandi w'akarorero .N'ubu naho ibikogwa nkivyo vya kera atabigihari cane nko mu bisagara ,abana ba bahungu bakura bigishwa kuzoba ba samuragwa mu muryango naho atari bose.[1]

  1. urwandiko ruvuga k'umuhungu