Jump to content

Umununi

Kuva Wikipedia
umununi

umununi ni ubwoko bw'inyoni. umununi ni akanyoni gatoyi gafise amabara kandi gafise umunwa muremure gakoresha mukununa amashugwe (sise le nectar) canke mukurya. keshi kaboneka ahantu hari amashugwe n'ibiti bizako amashugwe. [1]

  1. inyoni yitwa umununi