Jump to content

Umunyu wanyamanza

Kuva Wikipedia

Umunyu wa nyamanza nubuko bwicatsi kiba mwishaka abarundi bakoresha kuva kuntwaro yacami mbese kuva kera icocatsi bagikoresha nkumuti kama ukaba ukoresha cane nabakobwa bagwaye ingwara bita agasundwi canke infection mukinyamazuru[1]

  1. umutikama