Sickle-cell

Kuva Wikipedia
Indwara yitwa Sickle-cell


Indwara yitwa Sickle-cell

Uturingoti tw’amaraso atukura nitwo dukwiza umwuka bita oxygen mu mubiri wose. Uturingoti tw’amaraso atukura dusanzwe dufise ishusho ryiburungushuye kandi tukagira akabiri koroshe, bigatuma amaraso atemba neza mu mubiri.

Iyo mibiri ifise iforoma riteye nk’ukwezi irashobora gufatana hanyuma igaca izibira uturingoti duto tw'amaraso, iyo umuntu yanduye indwara, aca yama akanye cane canke akenye amazi mu mubiri. Iyo uturingoti tw’amaraso tuzivye, ntampwemu zikwiye zishikira ivyo bice vy’umubiri. Uturingoti tw’amaraso iyo tuzivye turashobra gutuma umuntu aronka ububabare, akandura indwara canke bigatuma haba ibice vy’umubiri vyononekara. Ibi bishobora gutera ingorane zikomeye iyo amahaha n’ubwonko bishikiriwe, ndetse n'urupfu rukaziramwo.

Sickle Cell Disease
Sickle Cell Blood Smear