Brarudi

Kuva Wikipedia
(Bisubijwe kuva kuri Wikipedia:Brarudi)

0.Intangamarara[hinyanyura inyandiko | hinyanyura inkomoko]

Akahise ka Brarudi gafatanye n'akahise k'uburundi. kuva uburundi bukiri mu bukoroni gushika bwikukire.

Brarudi ni sosiyete ihingura ibinyobwa vyambiye n'ibitambiye ifise icicaro hano mugisagara ca Bujumbura.

Brarudi yamye iterera mw'iterambere hamwe no gusangira ibihe vy'umunezero w'abarundi biciye mu binyobwa vyayo.

Ubwa mbere mu Burundi hakora INTERBRA ( société y'ababirigi aho umunyamutahe mukuru yari ibanki BRUXELLES Lambert) yadadanza ibiyeri ( Primus) vyo mu Bukavu ( ex Zaïre ) hamwe n'inzoga yitwa Carlserbg yaza ivuye Mu Bubirigi , Brasserie yaje kubaho mu 1963 kw'izina rya Brasserie Rwanda-Urundi.

le 23/12 / [[1]] Primus yambere niho yasohorwa ikozwe na Brasserie ya Usumbura.

[[2]]

Inyuma yukwikukira , [[3]] Brasserie ya Rwanda-Urundi yahindutse sosiyete y'abarundi " Brasserie

1. Ibikorwa Brarudi yagiye irakora ( 1966-1982)[hinyanyura inyandiko | hinyanyura inkomoko]

  1. [[4]]: Yatanguye gukorana na Sosiyete Ya Coca-Cola
  2. [[5]]: Leta Y'uburundi yashizemwo umutahe
  3. [[6]]: Primus yahinduriwe icupa bayishiramwo
  4. [[7]]: Brarudi yatanguye kwubaka ama depot mumihingo itandukanye kugira abenegihugu baronke ibinyobwa biboroheye
  5. [[8]]: HEINEKEN yaciye igura imitahe ya banke Bruxelles Lambert nayo ica iba umunyamutahe mukuru ifise ibice 60% ica yihariza umutahe hamwe na Leta Y'uburundi

2.Ibikorwa vyo kuva (1982-2014)[hinyanyura inyandiko | hinyanyura inkomoko]

  1. [[9]]: Brarudi yahejeje ibikorwa vyo kwubaka Brasserie y'i Gitega yegukira Stella Artois hamwe na Leta Y'uburundi
  2. [[10]]: inzoga z'ubwoko bwa Amstel, Amstel Blond n'a Amstel Block vyakorerwa i Gitega vyimuriwe i Bujumbura aho izo nzoga zasohoka cane zagurishwa cane. Brasserie y' i Gitega ica isigara ikora Primus
  3. [[11]]: harwijwe ama dépôt Mu Burundi bwose
  4. [[12]]: umwaka wahuriranye n'ihimbaza ry'imyaka 50 iyo Sosiyete ibayeho
  5. [[13]]: Primus yongeye guhindura icupa maze ishirako akayiranga gasa n'ubururu
  6. [[14]]: Brarudi yatanguye gukora inzoga yitwa Nyongera. Brasserie y'i Gitega akaba ariyo ikora ico kinyobwa cane.