Agasumo ka Mwaro

Kuva Wikipedia

AGASUMO KA MWARO

Mwaro, Burundi

AGASUMO

Intara ya Mwaro izwi cane cane kubera aho bita Agasumo ka Mwaro "falls of Mwaro. Ahantu hari haragenewe ibanga ryo Kubandwa. Imbere y’uko Abapatiri baza mu Burundi, Abarundi bose bemera Imana (one God) hanyuma bagasenga Kiranga, ariwe yari icabona c’Imana. Kiranga bamusenga babicishije mu kubandwa.

External links[hinyanyura inyandiko | hinyanyura inkomoko]