Buenos Aires

Kuva Wikipedia
Buenos Aires.
199 - Buenos Aires - Aéroport international Ezeiza - Janvier 2010

Buenos Aires ni umurwa mukuru w'igihugu ca Argentine. Buenos Aires niwo muji munini w'iratiro w'ico gihugu ca Argentine. "Plaza de Mayo", iri hagati na hagati mu gisagara, ikikujwe n'amazu manini cane yo mu kinjana ca Cumi n'icenda (19è siecle) nka "la Casa Rosada", Inzu nziza cane ibamwo kandi igakorerwamwo n'umukuru w'igihugu irikumwe n'akaguriro kayo. Izindi nzu nziza nziza twovuga nka "le Teatro Colón", ikirasi kinini gifise ivyicaro vyababa 2 500, yinjiwe mu mwaka w'1908. Iyindi twovuga ni "le Malba", ikigo c'iratiro c'akaranga muri Amerika y'epfo.