Google

From Wikipedia
Jump to: navigation, search
Googlelogo.png

Google Inc. n'ishirahamwe ry'imitahe ryo muri Leta Zunz'Ubumwe Z'Amerika, rifasha abanwanyi kurondera irya n'ino kuri Internet no kumenyekanisha. Kw'itariki za 30 Nyakanga, 2006; iryo shirahamwe ryakoresha abakozi (bakora ingunga zose) 9378. Rifise icicaro i Mountain View, California. Google yatangujwe na Larry Page hamwe na Sergey Brin, tariki 7 Nyakanga, 1998. Rirongowe na Eric Schmidt, kuva aho Larry Page atangiye imihoho.