Ikiraya

Kuva Wikipedia
Ikiraya
Ibiraya

Ikiraya (sg) / Ibiraya (pl) (Solanum tuberosum) ni igiterwa kiribwa camira mukuzimu kumizi yaco nyene.

Mu kugitera barahamba ikiraya mw'isi, iyo kimaze gukura barasoroma ivyamwa vyamiye mw'isi.

Pomme de terre "Pompadour" 01