Intare

Kuva Wikipedia
intare ♂

Intare or Intambwe (Panthera leo) ni igikoko kiba mw'ishamba, gifise inguvu nyinshi. Bacita kandi umwami w'ibikoko, canke umwami w'ishamba kuberako gikaze aho kiri ibindi bikoko birahatinya, ni igikoko kibangutse cane kuruta ibindi bikoko. Intare irya inyama na cane cane z'ibindi bikoko.