Kiseperanto

From Wikipedia
Jump to: navigation, search

Kiseperanto (kiseperanto: Esperanto) ni ururimi rw’isi; rurabugwe hose na abantu barashaka kubuga na abantu b’ururimi rundi. L. L. Zamenhof yarureme umwaka 1887. Rwaitiranwe Doktoro Esperanto (Umuganga Mw’icizigiro, izina y’umwandika mw’igitabo yambere y’ikiseperanto). Ururimi rurabugwe kuruta indimi nose nndi n’indemano.

Ibendera y'ikiseperanto

Kubuga[edit | edit source]

ESPERANTO - Alfabeto de Esperanto
Alfabeto de Esperanto



Kiseperanto Kirundi
a nka ikirundi
b nka b mu mb
c nka ts
ĉ nka c
d nka d mu nd
e nka ikirundi
f nka ikirundi
g nka ikirundi
ĝ nka j
h nka ikirundi
ĥ nka k mu nk
i nka ikirundi
j nka y
ĵ nka zh, igice ca kabiri mu j
k nka ikirundi
l nka ikirundi
m nka ikirundi
n nka ikirundi
o nka ikirundi
p nka ikirundi
r nka ikirundi
s nka ikirundi
ŝ nka sh
t nka ikirundi
u nka ikirundi
ŭ nka w
v nka igice ca kabiri mu v
z nka igice ca kabiri mu z

Ibiharuro[edit | edit source]

ibiharuro Kirundi Kiseperanto
0 ubusa nul
1 rimwe unu
2 evyiri du
3 esheshatu tri
4 ennye kvar
5 itanu kvin
6 gatandatu ses
7 indwi sep
8 umunani ok
9 icenda naŭ
10 icumi dek
11 cumi na rimwe dek unu
20 mirong’ibiri dudek
30 mirong’itatu tridek
40 mirong’ine kvardek
50 mirong’itanu kvindek
60 mirong’itandatu sesdek
70 mirong’indwe sepdek
80 mirong’umunani okdek
90 mirong’icenda naŭdek
100 ijana cent
1.000 igihumbi mil

Kubona[edit | edit source]