Ubufaransa

Kuva Wikipedia
Ubufaransa (Faransa) n’igihugu muri Uburaya
Ubufaransa

Ubufaransa (Faransa) canke Repubulika y'u Bufaransa (Igifaransa : France ; umu-sirikare République française) ni igihugu kiri k'umugabane w'Uburaya.

  • Umurwa mukuru: Paris
  • Uburinganire: Ibirometero kwadarato 643.801
  • Abanyagihugu:68.014.000(2021)
  • Umukuru w'igihugu: Emmanuel Macron
  • Icitiro: Umufaransa, Umufaransakazi.
    Tour Eiffel Wikimedia Commons