Évariste Ndayishimiye
Evariste Ndayishimiye ni umukuru w'igihugu C'Uburundi akaba yatowe mu matora yabaye mu mwaka w'2020.
Aho yarushishe abandi bakandida bari bitoje nka : Agathon Rwasa, Francis ROHERO n'abandi.
Evariste Ndayishimiye akaba yatorewe ikiringo y'imyaka indwi(7).