Aéroport international de Bujumbura

Kuva Wikipedia
(Bisubijwe kuva kuri Aéroport de Bujumbura Gakumbu)
Aéroport de Bujumbura Gakumbu

Aéroport international de Bujumbura (icongereza: (Ubu bacitiriye Melchior NDADAYE)Bujumbura International Airport) ni ikibuga c'indege kiri kubirometero 10 uvuye kumugwa mukuru w'ubutunzi ariwo Bujumbura]] mu Uburundi.

Kikaba cuguruwe mu 1952.Italiki ya 1 Mukakaro mu 2019,niho cahindurirwa izina maze citirirwa Melchior Ndadaye, incungu ya demokarasi, umukuru w'igihugu wambere yitorewe n'abanyagihugu kuwa 1 Ruheshi mu 1993 aca agandagurwa muruwo mwaka nyene itariki ya 21 Gitugutu, inyuma y'amezi atatu Gusa ashikiriye ubutegetsi.

Aeroport International de Bujumbura-Burundi

Amwe mu makompamanyi aharangurira imirimo twovuga nka:

   -Ethiopian Airlines
   -Air Burundi
   -Kenya Airways
   -RwandAir
   -Brussels Airlines
   -Uganda Airlines
   -Air Tanzania