Aéroport international de Bujumbura
Appearance

Aéroport international de Bujumbura (icongereza: (Ubu bacitiriye Melchior NDADAYE)Bujumbura International Airport) ni ikibuga c'indege kiri kubirometero 10 uvuye kumugwa mukuru w'ubutunzi ariwo Bujumbura mu Uburundi.
Kikaba cuguruwe mu 1952.Italiki ya 1 Mukakaro mu 2019,niho cahindurirwa izina maze citirirwa Melchior Ndadaye, incungu ya demokarasi, umukuru w'igihugu wambere yitorewe n'abanyagihugu kuwa 1 Ruheshi mu 1993 aca agandagurwa muruwo mwaka nyene itariki ya 21 Gitugutu, inyuma y'amezi atatu Gusa ashikiriye ubutegetsi.
| Wikimedia Commons has media related to Aéroport international de Bujumbura. |
Amwe mu mashirahamwe aharangurira imirimo twovuga nka:
- Ethiopian Airlines
- Air Burundi
- Kenya Airways
- RwandAir
- Brussels Airlines
- Uganda Airlines
- Air Tanzania