Aéroport de Kirundo

Kuva Wikipedia
Burundi - Kirundo

Aéroport de Kirundo (icongereza: Kirundo Airport) Cari ikibuga c'indege mu ntara ya Kirundo mu Burundi. Ico kibuga, ubu gisa n'ikitakivugwa kuko nk'urunganwe rw'ubu rutazi amakuru y'ico kibuga ndetse na leta ikaba ataco ikivugako, bisiguye ko coba kitagikoreshwa