Agahungarema

Kuva Wikipedia
Agahungarema

Agahungarema (Chauve souris) ni akanyoni kameze nk'imbeba gafise amababa ariko uravye neza mu maso kameze nk'umuntu. Karaguruka mu kirere ariko ntamaso gafise. Mu kwicara ku giti, karacurama umutwe ukaraba hasi. Iyo ukegereye karabimenya gakoreresheje kameremere kako. Iyo kaguruka, kugira ntikagonge ikintu, kavyumvishwa n'uko impwemu zako zikagarutseko kandi bikaba mu kanya gato cane.

Grey headed flying fox - AndrewMercer IMG41848