Agatasi

Kuva Wikipedia

Agatasi rero ni igihe nyamukuru mu gihugu cacu c'uburundi, aho imiryango irima ibitegwa mbumbarugo. Ico gihe gitangura mu kwezi kw'icenda ( Nyakanga). Imvura iba itasuye. Icogihe kikarangira mu kwezi kwa Kigarama. Rero kuva muri Nyakanga gushika muri Gitugutu abantu baba bariko barateragira ivy'agatasi bakazokwimbura mu kwezi kwa Kigarama.