Antakya
Appearance


Antakya ni igisagara kiri muri Turukiya.
- Uhuringanire: Ibirometero kwadarato amajana indwi na bitatu (703).
- Abanyagihugu: ibihumbi amajana atatu na mirongo itandatu na bitanu n'amajana ane na babiri (365,402) mumwaka w'ibihumbi bibiri na cumi na gatandatu (2016).
Muri ico gisagara Antakya hariyo ihoteli imaze igihe kinini cane, mbere yoba ari yo yambere imaze imyaka myinshi, aho bivugwa ko imaze umwaka urenga. [./Https://www.yonder.fr/hotels/openings/the-museum-hotel-antakya-hotel-avec-vue-sur-2000-ans-d-histoire-ruines-antioche 2000] .
Antakya view 3
| Wikimedia Commons has media related to Antakya. |
