Jump to content

Bankumukunzi Nestor

Kuva Wikipedia

Nestor Bankumukunzi ni umunyapolitike w'umurundi, akaba ari umushikiranganji w'iposita, ikoranabuhanga, itumanaho n'itangazamakuru muri leta ya Pierre Nkurunziza kuva kw'igenekerezo rya 24 Myandagaro 2015 .Yari umunyamuryango wa CNDD-FDD , kandi yari umuyobozi wa Televiziyo y'Igihugu y'Uburundi ( RTNB ) kuva mu 2013 gushika mu 2015

Ingero:Portail