Bibiliya
Jump to navigation
Jump to search
Bibiliya ni igitabu ceranda c'ibarankuru, kigizwe n'ibitabu vyinshi kandi vya kera. Kivuga amakuru ajanye n'ukwemera kuva mu binjana vya kera. Ico gitabu ceranda kikaba kidufashe kuzirikana kuvy'ijambo ry'Imana.
- Ivyakozwe
- Itanguriro
- Vyahishuriwe
- Yobu
- Kuvayo
- Migani
- Zaburi
- Yesaya
- Yeremiya
- Ezekiyeli
- Daniyeli
- Ikigabane
- Matayo
- Luka
- Yohana
- Abaroma
- 1 Ab’i Korinto
- 2 Ab’i Korinto
- Ab’i Galatiya
- Abaheburayo
- 1 Ab’i Tesalonike
- 2 Ab’i Tesalonike
- 1 Timoteyo
- 2 Timoteyo
- Imigani
- Abahebreyi
- Yakobo
- 1 Petero
- 2 Petero
- Ivyahishuriwe
- Umusiguzi