Bihembe

Kuva Wikipedia

Bihembe ni igisagara kiri m'Uburundi.

Bihembe, ni ijambo kandi rikoreshwa cane mu manza canke mu mvugo zisanzwe. Mu gusaba umugeni, mw'ijambo bavuga ngo " Ndabasavye inka, inka atari Bihembe, inka muntu. Aha rero, Bihembe ni ikigereranyo c'inka.