Buganda

From Wikipedia
Jump to navigation Jump to search

Ni imwe u makomine atandatu agize intara ya Cibitoke, ikaba ihana imbibe n'amakomine nka Murwi mu Buraruko, Rugombo mu Buraruko bushira Uburengero hamwe n'i Komine ya Gihanga iri mu ntara ya Bubanza ihana urubibe n'intara ya Cibitoke mu Bumanuko; iyo Komine kandi ihana urubibe n'igihugu ca Republika Iharanira Demokarasi ya Kongo (République Démocratique du Congo) mu Burengero