Bururi
Appearance
Bururi ni intara yo mu bumanuko bw'igihugu c'Uburundi.
- Abanyagihugu: 20.764hab ( ibihumbi mirongo ibiri n'amajana indwi na mirongo itandatu na bane) mu mwaka wa 2012 ( ibihumbi bibiri na cumi na kabiri)
- Bururi ni intara ifise ama komine atanu(5) ariyo yaya: Songa; Bururi; Rutovu; Matana hamwe na Mugamba.
- Bururi irafise kandi ibibanza vy'iratiro nk'ikibira aho dusangayo ibikoko vy'ubwoko bwinshi butandukanye. Aho twovuga nk'inkende, imamfu, inyoni z'ubwoko butandukanye n'ibindi bikoko bitandukanye vyinshi cane.
- umugwa mukuru w'iyontara uri ibururi iruhande y'ikibira.
- I bururi ni naho kandi dusanga isoko ry'uruzi Nile (source du Nil) aho bita mu rutovu.

Burundi - Bururi
