Jump to content

Carson City, Nevada

Kuva Wikipedia
Carson City

Carson City ni igisagara kiri muri Nevada iri muriLeta z’Unze Ubumwe za Amerika.

  • Uburinganire: Ibirometero kwadarato amajana ane na cumi (410km²)
  • Abanyagihugu: ibihumbi mirongo itandatu na bibiri n'amajana atanu na mirongo umunani (62.580) mumwaka w'ibihumbi bibiri na cumi na kabiri (2012)
    Carson City, Nevada City Hall